Umuririmvyi joe-dan 86



Yavutse igenekerezo rya 17 nzero mu 1995, avukira kumutumba wa nyaburondwe, muri commune Butaganzwa muntara ya Ruyigi. 

Avyarwa na 

Nsekirivuzwe Fidel 







Hamwe na 


Hakizimana Rose 



Yatanguye umuziki numwaka wa 2013, aho yari mumurwi top family. Bakorana indirimbo 1 yabiciye bigacika yitwa nje kugusezera.


Inyuma yaho 
Mumwaka wa 2016, igenekerezo rya 02 mukakaro, bimukiye mu gasenyi,  muri commune gisagara muntara ya cankuzo. 

















Muruwo mwaka nyene 
Yakoze indirimbo 3 kumwe nabasore 2 bo ngaho nyene mu gasenyi aribo imani na Elias 
1. I don't know why
2. Freestyle 
3. Izina ryacu




Inyuma yaho gato 
Aca akora indirimbo umusi wambere 
Haheze imyaka 2
Yakoze indirimbo yatumye amunyekana cane
Urukundo by joe-dan 86,. Iyo ndirimbo yatumye benshi batangura kubona ko afise impano ikomeye mumuziki. 

Bamuzi cane nko mundirimbo 



Nizindi atamenyekanishije kuri YouTube 

Inyuma yaho 
Mumwaka wa 2020, mukwezi kwa 5 yagiye kuba mu cankuzo centre, niko kumenyana nabantu benshi batandukanye
Batangura umurwi bise Friday team
Numurwi wo gukina film na comedie uriko ugera kure muri iyi misi. 
Uwomurwi ukaba ufise télévision iri kumbuga ngurukanabumenyi nka YouTube, na Facebook 






À Muyaga 
















Une association des comediens qui se trouvent à cankuzo 
Exactement. Friday tv presents 

Tutibagiye nurukundo, akaba akunda umwigeme w'indero 
Yitwa Nzeyimana Inès
Uwo mwigeme
Bava kugatumba kamwe ariko Gisoko.

Indirimbo ndakwanka nayo yaje itavyorosha, ikaba yakozwe na keremey pro muri studio iri mugisagara ca bujumbura yitwa Indonyi record.

 

Let Your Dreams Become true 

Commentaires