Umuririmvyi joe-dan 86 Yavutse igenekerezo rya 17 nzero mu 1995, avukira kumutumba wa nyaburondwe, muri commune Butaganzwa muntara ya Ruyigi. Avyarwa na Nsekirivuzwe Fidel Hamwe na Hakizimana Rose Yatanguye umuziki numwaka wa 2013, aho yari mumurwi top family. Bakorana indirimbo 1 yabiciye bigacika yitwa nje kugusezera. Inyuma yaho Mumwaka wa 2016, igenekerezo rya 02 mukakaro, bimukiye mu gasenyi, muri commune gisagara muntara ya cankuzo. Muruwo mwaka nyene Yakoze indirimbo 3 kumwe nabasore 2 bo ngaho nyene mu gasenyi aribo imani na Elias 1. I don't know why 2. Freestyle 3. Izina ryacu Inyuma yaho gato Aca akora indirimbo umusi wambere Haheze imyaka 2 Yakoze indirimbo yatumye amunyekana cane Urukundo by joe-dan 86, . Iyo ndirimbo yatumye benshi batangura kubona ko afise impano ikomeye mumuziki. Bamuzi cane nko mundirimbo Nizindi atamenyekanishije kuri YouTube Inyuma yaho Mumwaka ...